IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 6 Kigarama

Itarike 6 Kigarama

vendredi 6 Kigarama 2013

Igenekerezo rya 6 Kigarama ni umunsi ugira 340 w’mwaka w’2013. Hasigaye iminsi 25 kugira umwaka w’2013 urangire.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1492: Christophe Colomb atora Hispaniola.
1741: Umwami w’Uburusiya, Ivan wa 6 aratembagazwa ku butegetsi.

JPEG - 80.1 ko
Ivan wa 6

1848: Manuel Isidoro Belzu aba umukuru w’igihugu ca Bolivie.
1917: Igihugu ca Finlande kirikukira.
1998: Hugo Chávez atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Venezuela.

JPEG - 81.4 ko
Hugo Chávez

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1778: Louis Joseph Gay-Lussac, umufarasa w’umuhinga muri physique no muri chimie.

JPEG - 29.8 ko
Louis Joseph Gay-Lussac

1862: Paul Adam, umwanditsi w’Umufaransa.
1982: Alberto Contador, umunonotsi anyonga ikinga.

JPEG - 78 ko
Alberto Contador

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1658: Baltasar Gracián, umwanditsi akomoka muri Espagnol.
1882: Louis Blanc, umunyaporitike akaba n’umwanditsi w’umufaransa.
1889: Jefferson Davis, uwabaye umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika.

JPEG - 33.7 ko
Jefferson Davis

1892: Ernst Wemer von Siemens, umurwizatunga w’umudagi yatanguje ubwoko bw’amaterefone ya Siemens.
1990: Tunku Abdul Rahman, umunyaporitike wo muri Malaisie.

JPEG - 69.5 ko
Tunku Abdul Rahman

1991: Richard Stone, umuhinga mu vy’ubutunzi w’umwongereza. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu vy’ubutunzi mu 1984.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.