IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 20 Gitugutu

Itarike 20 Gitugutu

dimanche 21 Gitugutu 2018

Igenekerezo rya 20 Gitugutu.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1944: Abanyamerika bashwara mu gihugu ca Philippines.
2011: Umurwi urwana wo muri Espagne, ETA, utangaza ko uhagaritse ukurwana.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1854: Arthur Rimbaud, umwanditsi w’ivyivugo w’umufaransa.

JPEG - 6.4 ko
Arthur Rimbaud

1859: John Dewey, umu philosophe w’umunyamerika.
1894: Jomo Kenyatta, ummunyapolitike wo muri Kenya.

JPEG - 33.9 ko
Jomo Kenyatta

1971: Snoop Dogg, umuririmvyi w’umunyamerika.

JPEG - 6.9 ko
Snoop Dogg

1985: Jennifer Nicole Freeman, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1984: Paul Dicar, umuhinga muri physique w’umwongereza. Yaronse akagashimwe kitiriwe Nobel muri physique 1933.
2011: Mouammar Kadhafi, umukuru w’igihugu ca Libiya.

JPEG - 9.1 ko
Mouammar Kadhafi

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe abasuzuma ku bibbuga vy’indege.
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ibiharuro.


INGABIRE Luc-Noel

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.