IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 4 Gitugutu

Itarike 4 Gitugutu

mercredi 4 Gitugutu 2017

Igenekerezo rya 4 Gitugutu .

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1824: Mexique iba Repubrika.
1830: Ububirigi burikukira.
1957: Ikigenajuru ca mbere c’abarusiya kirarungikwa mu kirere. Kikaba cahawe izina rya Spoutnik 1.

JPEG - 70.1 ko
Spoutnik 1

1966: Igihugu ca Lesotho kirikukira.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1289: Louis w’10, umwami w’Ubufaransa.
1657: Richard Cromwell, umukuru w’igihugu c’Ubwongereza, Ecosse na Irlande.
1687: Robert Simson, umuhinga mu biharuro akomoka muri Ecosse.

JPEG - 5.2 ko
Robert Simson

1822: Rutherford B. Hayes, uwabaye umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika agira uwa 19.

JPEG - 4.7 ko
Rutherford B. Hayes

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1646: Thomas Howard, umunyapolitike w’umwongereza.
1998: Jean-Pascal Delamuraz, umukuru w’igihugu ca Suisse.

JPEG - 5.5 ko
Jean-Pascal Delamuraz

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ibikoko.
. Lesotho : Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.