Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abagabo bafise inguvu boba vy’ukuri bakundwa n’abakobwa - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abagabo bafise inguvu boba vy’ukuri bakundwa n’abakobwa

Abagabo bafise inguvu boba vy’ukuri bakundwa n’abakobwa

lundi 3 Kigarama 2012

Abakenyezi boba batagishira umutima ku ma chocolat. Inkuru nziza ku bagabo. Ibi ni ivyashitsweko n’abashakashatsi bo muri kaminuza y’i Pretoria mu gihugu ca Afirika y’epfo, ubushakashatsi bwakozwe mu ntumbero yo gutanga umuco ku kungene abahungu n’abakobwa baronderana.

Mu gukora ubwo bushakashatsi abanyeshure bo muri iyo kaminuza bafashe umurwi w’abakenyezi kugira bagire ico bashikirije ku masanamu no ku mibiri y’abagabo, ivyo babonye ni uko abakenyezi boba bakunda cane abagabo batavyibushe. Ivyo vyerekana ko abo bakenyezi bakunda abagabo bafise ubuzima bwiza, batavyibushe. Kuko uburemere bw’umuntu buvana n’uburyo umubiri wiwe ubayeho. Kuri ivyo rero, umugabo afise inguvu vyerekana ko aba afise inkabuzo nyinshi zituma umubiri wiwe utaba wifashe neza muvyo ubuzima.


Mugisha Van Naris

Portfolio

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.