Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
’’Ngira wabukuye kuri nyoko niwafise buke’’ - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > ’’Ngira wabukuye kuri nyoko niwafise buke’’

’’Ngira wabukuye kuri nyoko niwafise buke’’

jeudi 13 Kigarama 2012

Umwana yarafise ubwenge bwinshi ariko se wiwe amubwira ko afise, akoresheje imvugo mbabarira matwi. Yanatutse mbere nyina w’umwana ariwe mugore wiwe acishije ku mwana.

Habaye umugabo n’umugore bavyara umwana. Abo bavyeyi naho babana imigenderanire ntiyari myiza na gato ni bimwe mu kirundi nyene bavuga ko ‘’zirara zirasha bwaca zikazima’’. Uwo mwana bavyaye yari ikinege, ariko ubwenge yarafise bwaragasema. Kuva umusi wa mbere yahonyoje ikirenge mw’isomero yama atahukana ikibanza ca mbere. Amaze kwigira haruguru aritora umusi umwe abaza se ati : « Mbega da ko mbona mfise ubwenge bwinshi nabukuye kuri wewe canke nabukuye kuri mama ? ». Umugabo utanka yishura wa mwana wiwe ati « jewe nibaza ko wabukuye kuri nyoko kuko niwasigaranye buke ».


Eloge Willy Kaneza

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.