Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umurwi Shemeza Music urigisha abashaka kumenya umuziki - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Umurwi Shemeza Music urigisha abashaka kumenya umuziki

Umurwi Shemeza Music urigisha abashaka kumenya umuziki

samedi 12 Nzero 2013

Umurwi Shemeza Music urongowe n’umuririmvyi w’indirimbo z’Imana Appolinaire Habonimana uratunganya ivyigwa vy’umuziki kuri abo bose bipfuza kumenya gucuraranga muri Shemeza Music Training Center.

Ni inkuru nziza kuri abo bose bipfuza kwiga umuziki.Kwiyandikisha ku bari ku rwego rwa mbere no ku rwego rwa kabiri bikaba biriko biraba gushika igenekerezo rya 20 Nzero 2013 muri Shemeza Music Training Center.

JPEG - 46.9 ko

Inyigisho zitangwa rero zikaba ari izo kuvuza Piano,inanga,ibitari vyo mu bwoko bwose,ingoma.Baratanga kandi ivyigwa vy’amajwi.

Twobamenyesha ko Shemeza Music Training Center ikorera mu nyubakwa ziri muri Rohero2,ibarabara ryitiriwe Bweru inomero 18 ikaba yugurura iminsi yose isaha cumi na zibiri z’umugoroba.


Joel Sengurebe

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.