IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Abafungwa 2 bari batumiwe gusangira na Papa Francisco batorotse

Abafungwa 2 bari batumiwe gusangira na Papa Francisco batorotse

jeudi 12 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Muri uwo mubonano, abafungwa 20 nibo bari batumiwe gusangira na Papa Francisco, babiri muribo bakaba bikitse mu kiza barazimangana baburirwa irengero.

Ibinyamakuru vyo muri ico gihugu bimenyesha ko abo bafungwa batorotse itariki 1 Gitugutu kandi atawuzi neza ko bagiye inyuma y’ugusangira na Papa canke imbere yaho.


Huguette NKURUNZIZA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.