IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Ubutunzi > Abatunzi 10 ba mbere kw’isi bamenyekanye

Abatunzi 10 ba mbere kw’isi bamenyekanye

mardi 29 mai 2018

Mu kibanza ca kabiri n’ica gatatu haza haza abandi banyamerika babiri, aribo Bill Gates, yabaye mu kibanza ca mbere imyaka itari mike, hamwe na Warren Buffet nawe nyene ava muri Amerika.

Jeff Bazos afise imiriyaridi 133 z’amadorare y’abanyamerika,Bill Gates nawe agafita amadorare imiriyaridi 93 mu gihe Warren Buffet afise amadorare imiriyaridi 84.

Abandi batunzi rurangiranwa kw’isi 7 uko bakwirikirana ni Bernard Arnault,Mark Zuckerberg,Amancio Ortega,Carlos Slim Helu ,Charles Koch,David Koch hamwe na Larry Ellison aza mu kibanza ca 10.


BIKORIMANA Vianney

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.