Impanuro
Abakobwa bambara uduhuzu two munsi two mu bwoko bwa "Strings"baragabishwa kubera ingaruka mbi ku magara ziterwa n’utwo duhuzu. Basabwa guhagarika...
Mu minsi mikuru, haba ku bifise, haba ku babayabaye canke ku batifise, abantu bose baragerageza kwinezereza, mu gukora ivyo batahora bakora, haba...
Abantu benshi baribaza ko ataco bashoboye mu buzima, bamwe bakabona bagenzi babo batunze imiduga myiza, amazu meza n’ibindi bishobora kwerekana ko...
Mu bwoko butatu bw’indya buhari, nta na bumwe bwari bukwiye kwibagirwa mu gufungura. Muri Ntanganguvu tuhasanga ahanini nk’ibiterwa mva kuzimu, ari...
Gukoresha terefone ngendandanwa ni ngirakamaro na cane cane mw’itumatumanako amakuru. Ingorane ni uko usanga abenshi batazikoresha mu mwanya wazo...
Ku cigwa cakozwe na Inserm ,kunywa ibinini vyinshi bimwe bigabanura ububababare canke bimwe vy’umutwe bita paracetamol canke aspirine vyoba...
Ivoka ifise amavuta muriyo, ariko ni imfungurwa nziza yongerereza ivyunyunyu ikagira n’akanovera iyo uyifunguye. Abantu benshi banka...
Namba hari ikintu kigoye ni ukugura utuganuke. Iyo hageze gutanga utuganuke hari imirwi ibiri y’abantu. Hari bamwe ataco bibabwiye kugurira...
Umwana yavukanye amagarama 4,5 ya alcool mu maraso.Uwamwibarutse ni umukenyezi w’imyaka 24, wo mu gihugu ca Pologne i Tomaszow Mazowieki. Uwo...
1 | 2 | 3
Inzoga n’ibindi vyambiye umushishito ntubisya. Iyo umuntu azinyoye ,zigirako mu turingoti tw’amaraso. Mu minota mike, amaraso aca azijana mu...
Ni gute twofungura neza

2.05.2013
2
0
0
4860
Kuva aho ubushakashatsi bwerekaniye ko gufungura nabi no kutinonora imitsi bifise uruhara runini ku ndwara nyinshi nkaza diabete, ingwara...
Iyo umukenyezi yibungenze usanga ari umuntu afise amagara make, ntaba agikora icarico cose, amagara yiwe yama abangamiwe mu gihe atitaweho.Akaba...
Umwanya ni ikintu umuntu adashobora gucungera. Umunsi nawo nturenza amasa 24 gusa. Ni kangahe mumaze kwibwira muti : “Iyaba nari kuronka iyindi...
Ubwo buryo bwo kwinonora imitsi biciye mu kwoga mu mazi ni uburyo bukorwa cane n’abantu batari bake,tutibagiye imiryango ifise kimwe bita...
Umubiri ni nk’inzu umuntu abamwo. Kurya ata muntu akomeye kandi yiyubashe ashobora kuba mu nzu uko ariko kwose atayikoze neza, niko n’umubiri iyo...
Kugira ibinure vyinshi mu mubiri, biri mu bituma umuntu agira ingorane zo guhema no gutambuka neza, kugira ububabare bwo mu mugongo budahera ,...
Amahera ni kimwe mu bituma abantu babaho. Hari abavuga ko amahera atazana umunezero ariko ari mu bituma haba umunezero. Ni uko gusa kiguma ari...
Mu biharuro bishirwa ahabona n’ishirahamwe mpuzamakungu ry’amagara y’abantu OMS, abakenyezi batari bake barahitanwa n’imbanyi iyo bariko...
1 | 2
Iyo umukenyezi yibungenze usanga ari umuntu afise amagara make, ntaba agikora icarico cose, amagara yiwe yama abangamiwe mu gihe atitaweho.Akaba...
Ubwo buryo bwo kwinonora imitsi biciye mu kwoga mu mazi ni uburyo bukorwa cane n’abantu batari bake,tutibagiye imiryango ifise kimwe bita...
Kugira ibinure vyinshi mu mubiri, biri mu bituma umuntu agira ingorane zo guhema no gutambuka neza, kugira ububabare bwo mu mugongo budahera ,...
Ni gute twofungura neza

2.05.2013
2
0
0
4860
Kuva aho ubushakashatsi bwerekaniye ko gufungura nabi no kutinonora imitsi bifise uruhara runini ku ndwara nyinshi nkaza diabete, ingwara...
Mu Burundi birakenewe ko amategeko n’amasezerano yubahiriza abagendana ubumuga ashirwaho kugira abanyeshure bagendana ubumuga ntibasubire...