IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Afganistan : Umukuru w’igihugu ashobora kuganira n’aba talibani

Afganistan : Umukuru w’igihugu ashobora kuganira n’aba talibani

mercredi 28 février 2018

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko mu nama y’ibihugu 25 n’amashirahamwe ari muco bise "Kabul Process", Ashraf Ghani yasavye ko ingwano yohagarikwa, abapfunzwe bakarekurwa.

Yavuze ko ashobora kwemera ko umurwi w’abatalibani wemerwa n’amategeko kandi ukaba uwa politike, mu mugambi wo kurondera guheza indyane zimaze imyaka irenga 16 muri Afuganistani.

Ashraf Ghani avuga ko yiteguye kwemera kw’ibwirizwa shingiro risubirwamwo.


Callixte Carpe NDIKUMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.