Accueil > Amakuru > Mu makungu > Amerika : Abanyagihugu barindiriye ibiva mu matora
Amerika : Abanyagihugu barindiriye ibiva mu matora
mardi 8 Munyonyo 2016, par
Abanyagihugu bo mu gihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika bazindukiye mu matora y’umukuru w’igihugu. Hillary Clinton wo mu mugambwe w’aba demokarate ariko ahiganwa na Donald Trump wo mu mugambwe w’aba Republican.
Ivyavuye mu matora biza kumenyekana hafi isaha zitandatu z’ijoro, ku masaha mpuzamakungu.
Ibiharuro vy’abahinga vyerekana ko Hillary Clinton aza imbere ya Donald Trump.
Mu matora yo kuri uwu wa kabiri, abanyamerika baratora kandi abashingamateka hamwe n’abakenguzamateka.
IGIHE
Messages
9 Munyonyo 2016, 08:01, par nsaguye andré
rekaturindiretwumve ukuntubatanakwimyikomo bavugako amatorayibwe.
9 Munyonyo 2016, 08:13, par mzoyihera intagoheka
Marekani songa mbere.
9 Munyonyo 2016, 10:00, par eric
CNARED yateye umukoshi clinton,ejobundi ivunga ngo abanyamerika bose bazatore Clinton, amasengesho Nkurunziza amazemo iminsi iratanze umwimbu.
10 Munyonyo 2016, 01:49, par morodikayi.
Eric sha wacanganikiwe!.Mbe burya Nkurunziza petero rwasenga Imana yukuri? ahibambewe imana yiwe irazwi nimwe yavana muri Nijeriya niyasenga, kurya nuguhuma amaso ibijuju ngo numusenzi ! ntamusenzi yo mera nkawe nugutukisha abasenga Imana. Birya gira nabasambanyi barabigira, abasuma, abakinzi, nibwoburyo inkozizibibi batoye binyegezamwo, natwe abanyagihugu tukabigiki bitwi ngo turaronse, sha nturigera ubona uwusenga nicogituma uriko urarota kuzuba.
10 Munyonyo 2016, 18:58, par Karumbeti Eloi
Mbega Natwebwe Ino Ibujumbura Biroshoboka Ko Aba Presindent Babisanya Kuneza
15 Munyonyo 2016, 10:33, par Bukuru
Jew Shakamump Inkunziza Kuyhnkuru