IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Mu makungu > Amerika: Umukuru w’igihugu yatangaje ’’ Amerika Nshasha’’

Amerika: Umukuru w’igihugu yatangaje ’’ Amerika Nshasha’’

Wednesday 31 January 2018

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko iryo jambo ryumvirijwe cane, kandi n’abantu benshi, akaba yavuze koyugururiye amarembo abari mu mugambwe wabademokrate kugira bakorane bafatanye mu nda.

Donald Trump yavuze kandj ko,yatanze itegeko ko ibohero rya Guantanamo riguma rikora, mu kuburizamwo itegeko ry’uwahora atwara igihugu Barack Obama ryo kwugara iryo bohero ritumvikanwako na bose.

BBC ivuga kandi ko, umukuru w’igihugu yemeje ko ubutunzi bwa Amerika bwiyongereye cane, naho ibikorwa vy’umukuru w’igihugu bidashimwa na benshi.


MUGISHA Van Naris

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.