IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Uburaya bwagirijwe kugira uruhara ku mpfu z’abimukira

Uburaya bwagirijwe kugira uruhara ku mpfu z’abimukira

jeudi 6 Mukakaro 2017, par Jean de Dieu M.

Mu cegeranyo "Amnisite Internationale" yasohoye kivuga ko Uburaya n’igihugu ca Libiya vyagize amasezerano ashingiye ku nyungu zabo gusa aho kwita ku nyungu z’abantu batwarwa mu bikorwa vy’ubuhumbu no guhohoterwa.

Ayo makuru avuga ko abantu barenga 2000 aribo bamaze gupfa muri uwu mwaka w’2017 bariko bajabuka baja ku mugabane wa Buraya.

Uburaya ntaco buravuga kuri co cegeranyo.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.