IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Arabie Saoudite : Umuhungu w’umwami yagenwe kuba samuragwa

Arabie Saoudite : Umuhungu w’umwami yagenwe kuba samuragwa

mercredi 21 Ruheshi 2017

Umuganwa Mohammed yemejwe kuri uno wa gatatu kw’itegeko rigena umuganwa samuragwa w’ubwami.

Iryo tegeko ry’umwami ryagenye umuganwa Mohammed rivuga riti : “ Mohammed w’imyaka 31 afise ubwira n’imigenzo myiza vyofasha kwubaka ubwami bwacu .”

Umuganwa samuragwa Mohammed yemejwe, aca afata ikibanza c’icegera c’umushikiranganji wa mbere hamwe no kuguma mu mabanga yiwe y’ubushikiranganji bwo kwivuna abansi .


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.