IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Australia : Igisagara ca Sdyney catewe n’ubushuhe bwaheruka haraheze imyaka (...)

Australia : Igisagara ca Sdyney catewe n’ubushuhe bwaheruka haraheze imyaka 79

lundi 8 janvier 2018

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC amenyesha ko, kuva kur’uyu w’Imana igenekerezo rya 7 Nzero 2018, ababa mu karere ka Penrith kari mu burengero bwa Sydney barondeye iyo bahungira inyuma y’aho baterewe n’ubushuhe burenze urugero.

Abajejwe intwaro bamaze kugabisha ko hashobora kwaduka umuriro mu gisagara ca Sydney kandi hakaba habujijwe kwatsa umucanwa muri ico gisagara.

Ibipimo vy’umuriro vyegereye cane ivyo mu mwaka wa 1938, aho vyaduze bigashika kuri 47.8.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.