IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Umuhinyanyuzi > Babriyano: Video y’Ururirimbo "Urabibona" yamaze kuja k’umurongo

Babriyano: Video y’Ururirimbo "Urabibona" yamaze kuja k’umurongo

vendredi 21 Mukakaro 2017

Video yasohotse n’iy’iruririmbo "Urabibona" y’umuririmvyi Babriyano ariko atera intambwe mu muziki ndundi. Babriyano azwi kandi mu ruririmbo "Ariho" rwakozwe na Adriano nyene. Arazwi kandi no mururirimbo yise "Umunyenga".

Adriano avuga ko yatanguye akorana n’abaririmvyi bo mu gisata ca Gospel, aho abatari bake yabakoreye vidéo z’indirimbo zitandukanye maze zikanakundwa cane. Ubu rero umuhinyanyuzi Adriano yaguye imbibe kuko yatanguye gukorana n’uwo wese amwituye.

Kurikirana ururirimbo urabe na video y’ururirimbo "Urabibona"


Cherif NKESHIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.