Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ban Ki-moon yerekanye amakenga yiwe ku bihugu vyikuye muri CPI
Ban Ki-moon yerekanye amakenga yiwe ku bihugu vyikuye muri CPI
samedi 29 Gitugutu 2016, par
Umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, Ban Ki-moon, yamenyesheje ko ababajwe n’uko hari ibihugu bibandanya kwikura mu masezerano ya Sentare mpuzamakungu mpanavyaha. Ban Ki-moon avuga ko ukuva kuri Sentare ari ugutanga ubutumwa butarimwo, ku butungane bw’iyo Sentare.
Ibihugu vy’Uburundi, Afrika y’epfo na Gambia vyaramaze kumenyesha ONU umugambi wavyo wo kuvavanura n’amasezerano ya Sentare mpuzamakungu mpanavyaha.

Ban Ki-moon yavuze ko atahura impungenge z’ivyo bihugu bivuga ko iyo Sentare ibangamira ibihugu vya Afrika, ariko akavuga ko kuva muri iyo Sentare atariwo muti nyawo.
Kubwa Ban Ki-moon, iyo Sentare irafise akamaro gakomeye cane mu bijanye no kurwanya ubugizi bwa nabi n’intambara, akavuga kandi ko bidakwiye ko ivyo bihugu vyikura mu butungane bwashizweho hakoreshejwe inguvu nyinshi.
IGIHE
Messages
29 Gitugutu 2016, 22:22, par eric
Nb: Pardon de mon francais
REASON ET ORIGINS
Tous ces demarches est d’installer une dictature qu’ils veulent.
HUTU-TUTSI division est un CRIME contre l’humanity avec millions de mort depuis 1950 causer par la belgique et l’allemagne en creant une division qui n’existe pas.UN MENSONGE PROFESSIONEL.!!J’ai voyager et vecu dans 6 pays d’afrique et je vis tjrs en afrique et je suis burundais et j’ai ete surpris de voir un seul pays africain a bcp de tribus avec langue et culture clairement differente et meme au sein d’une seule ethnie on trouve des gens qui sont physics tutsi or hutu mais ils ne voient meme pas que ils sont differents!!
Donc je suis sur que hutu-tutsi ont eu un seul encetre pas aussi longtemps et que c’est un messange que un est venu d’un pays etranger sinon il serait venu comme bebe de 6mois et il a appris le kirundi!!!comment donc on parle la meme langue sans meme dialect entre nous!!.
POURQUI LA DIVISION
L’occident doit installer un ordre politic sur base de division pour exploiter les richesses.Notre unity est dangerous pour la belgique et ce pays prefer nous faire les rotations ethniques au pouvoir en fonction de context politic au rwanda ou burundi mais a condition que l’un domine l’autre.Ilsont besoin de garder un comme enemie de l’autre au cas ou ils ont besoin de changer le pouvoir.
Ce sytem vient des colons et des university catholics et jesuits.
La belgique et la france (avignon )est le centre des organisations clandestines pro-catholics qui creent et financent les ONGS-PRESSE au cas ou ils ont besoin de changer le pouvoir.
Ces organisations datent de 15em siecle et etaient directement controller par les jesuits mais maintement ils sont indirectement controller par ces catholique.
L’Usa,englettere qui etaient "blessed" protestant sont recement (depuis 19emsiecle) infilter par vatican et jouent comme soldats of change commender par the pope.
cette eglise joue double language et a creer le communism contre USA protestante et a detruit le communism pour etre applaudit et infilter USA.
Une strategy reussit car AMERIQUE fait fait ce que vatican demande......
Lenine,staline,karl mark etaient jesuits.
L’ONU a ete founder par les jesuits
La banque mondiale ,bcp de banks et universities vienent des jesuits et indirectement controler par eux.
Le livre de Hilter a te ecrit par un pretre jesuit qui le visiter en prison.
Avec le temps ils vont accepter nkurunziza tout en creeant son ennemy afin de le detruire apres
C’est comme si ils acceptent votre lutte,l’alimente et vous detruire au casde faiblesse.Le cas de bcp de dictature passe.
Mais je conserait d’etre vigilant avec cette eglisque mais je fait jamais une erreur d’aller tres loin contre l’eglise catholic.
c’est cette meme eglise qui a diviser l’afrique a chaque pays europeen.
Mais c’est cette meme eglise qui prone l’agenda: EQUALITY-DISTRIBUTION OF WEILTH,GLOBAL WORMING,DEMOCRATIE et cette agenda est respected et suivi par L’ONU et appris dans les syllabus des universities simillary partout au monde comme si le monde a un SEUL MAITRE avec un agenda commun.
Cette eglise avait un problem pour les pays arabes mais apparent ils vont reussir avec le temps d’etablir l’ordre que elle veut .
hollywood est controller par cette eglise en utilisant les juifs.
c’est qui est sure est que l’eglise catholic a un dieu for mais qui est ce dieu!!!
Jesus ou Satan!!
D’apres les fondateurs du protestantism(Martin king,calvain, john knox,...)ont tous dit que cette eglise est antichrist et a eu le pouvoir de jesus et apres elle a accepter le pouvoir de satan.
L’objectif principal de cette eglise est d’unifier le monde par force sous une bonne loi ou l’homme sera heureux et de Dieu.
c’est pour cela que le monde a le livre de loi comme "freedom charter" replacant la loi de la bible venant de france et ecrt par Voltaire qui etait jesuit.
Charter of human rights est bonne mais a long term l’objectif est clairemt de ne pas liberer l’homme contre son prochain mais c’est plutot de liberer l’homme contre Dieu.Comme le serpent l’a fait avec Adam
c’est pour cela on voit loi et propagande same sex marriage ,same sex public toilet et au fur et a mesure.
on dirait que avec le temps le pecher (desobidiance) dominera et c’est l’objectif principal de satan.
Mais celui qui est en Christ sprirituellemt sera proteger.
Mes freres c’est plus spirituel que politic tous ce que vous voyer
CPI doivrait amener la belgique a reponde a plus de 10 millions de mort depuis 1950 au burundi et rwanda,congo a cause d’un MENSONGE DE DIVISION ARTIFICIELLE
Je pense meme si les hutus-tutsi se partagent le pouvoir sur base de leur "ethnies!!!" ,il serait defficile de connaitre a 100% "l’ethnie" d’un burundais d’ici 30ans .Donc c’est inefficace et no real.Ce que nous avons besoin c’est la democratie evc 3 mandats presidentiels car vraiment en afrique 2mandats sont peu pour avoir la chance de contruire le pays et 5ans d ’un mandat est pour l’europe qui est deja developer et construite mais les mandats afrique devrait etre en peu plus mais LIMITER.
LA SEULE SOLUTION DU BURUNDI-RWANDA
C’est que ces deux pays ensemble amenent la belgique au tribunal international a repondre la division et les consequences qui ont suivis.
SINON MAIS FRERES ON NE VA PAS LOIN.KAGAME ,NKURUNZIZA,HAVYARIMANA,BAGAZA viennent ,disparessent et on reste sur une foundation demonique de division implanter par un etranger.
30 Gitugutu 2016, 02:33, par tari
Nimwenge ko amereta nkayo yanka ubutungane mpuzamakungu arayo abagarariji mureke kubica kuruhande muvuga ivya makenga niyimiye ahabona barafise ico biyotsa ahubwo mubafatire ivyemezo ruhasha uravye ingene twebwe ngaha iwacu muburundi tutagisinzira turara Ari ntibuca bwaca naho imbonerakure Ni gipolisi na bakozi biperereza ba nkuru bakatuzindukirako abarundi muzikangura batumaze hanyuma Ngo bikuye muri icc ntimubemerere batabanje kwishura amabi yose bakoze
30 Gitugutu 2016, 03:22, par IREMA
BARARYOHERWA NOKURENGANYA ABA AFRICA NTIBOREKA KUBABARA N’ABANDI BARIMUNYUMA.
30 Gitugutu 2016, 03:52, par MAWAZO
AMKENGA NAHERE NIBARIRE BIHORERE VYABANANIYE KARE RWAGASORE YARISHWE ABARUNDI ISINZI BARAKURIKIRA NDADAYE AJAKO KANDI ICOGIHE IYOSENTAR YARARORERA NONE BAKOZIKI? NIBARIRE BIHORERE VYABANANIYE KARE.
30 Gitugutu 2016, 08:21, par Didier
ico novuga nuko iyo sentale yoraba vyukuri impavu ivyobihugu biriko vyikura muriyo ko atakanenge nayo yoba ifise kuko iyo umugore atay urugo haraho aba yarabwe nab nuwo bubakanye.
30 Gitugutu 2016, 10:25, par vip
reka vyikuremwo kwariwewe nyene wabigize kugira vyikuremwo kwabantu bahona kwisi ntugire icuvuze
30 Gitugutu 2016, 11:33, par Mpawenimana
Vyari Kuba Vyiza Iyo Uzibira Hakiri Kare! Ubu Hari Ibihungu Vyamaze Gufat’ingingo Biragoye,ahubwo Nimba Hari Icokorwa Cokorwa Kugira N’ibindi Bifise Ico C’iyumviro Bagihagarike!
30 Gitugutu 2016, 12:33, par Vrai noir
Nivyiz can ivyobihug nibiber umuco africa nibind bivemw abazung sibeza
30 Gitugutu 2016, 19:15, par Ntakiyiruta Berchmans
Je Mbona Ko N’ibindi vy’ Afrika Bigisigayeyo Vyovayo Maze Tukigirira Sentare Mpanavyaha Ya Afrika. Kuko Abo Bazungu Ninabo Baducanishijemwo,none Ntimubona Ko Baca Biruka Kumu Perezida Ahagaze Neza Adashima Kwishira Nogushira Igihugu Ciwe Mubuja.None Data Ko Ari Sentare Yavyose Ko Ubufarasa Butatumweko Igihe Bwarenganya Kadafi! Ko Siriya Kiguma Gisasika Inganda Kidakorwako! Afrika Hagararira Agateka Kawe.
31 Gitugutu 2016, 01:04, par Morodikayi Jon
Nyakubahwa Ban Ki-Moon abobatoro bakoze amabi meshi mubihugu vyabo nicogituma bafashe ingingo yokuva mwiyo sentare Mpuzamakungu, nkakarorero Nkurunziza Petero, amabi ariko arakora umomusi mugihugu ciwe, yariyumviriye ati ntavuye mwiyo sentare ndayabona ayi bwa yabonye kumugezi. Ati hinge mpunge hakirikare ntararonderwa nukuri, ariko asimba avunikaaaa.
1er Munyonyo 2016, 22:53, par Benoit
nivyiza ko umuntu yikukiy agaragaz ah ahengamiye,ark ntabarengeye ubutungane,je nibaz ko kuva mwiyo sentar (kuburund no kubindi bihugu) bitazotuma bidakurikiranwa kumabi vyoba biriko birakora canke bizokora,abo bene iyo sentare niba koko batubonera ubutungane nibadufashe kubutsimbataza batatukatiye imfashanyo nkuku bar kubigira muburund
6 Munyonyo 2016, 19:25, par Emme
Rekadusenge Duhe ikibanza Imana Niyizivyose Kuburundi