IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > basketball > Basket Ball : Imirwi izokina 1/2 gishira ica nyuma mu bagabo n’igice ca (...)

Basket Ball : Imirwi izokina 1/2 gishira ica nyuma mu bagabo n’igice ca nyuma mu bigeme yamenyekanye

lundi 2 avril 2018

Ku ruhande rw’abahungu imirwi New Star, Gymykhana, Urunani na Kern, niyo izokina igice ca kabiri gishira ica nyuma, mu gihe imirwi ya Berco Star na Aigles Noires mu ruhande rw’abigeme ariyo izokina urukino rwa nyuma.

Mu nkino zabaye kur’uyu w’Imana, igenekerezo rya 1 Ndamukiza 2018, ku ruhande rw’abigeme, imirwi yatsindanye uku :

Urunani 49-Dynamo 47
Kern 68-Muzinga 57
Aigles Noires 54-Rumuri 26


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.