Basketball : Ukwo imigwi igiye guhura mu gikombe c’umukuru w’igihugu

Yanditswe na Pacifique BUKURU
Kuya 11 Munyonyo 2017 saa 01:51
Yasomwe : 3519
0 0

Kuri uwu wa gatandatu n’uw’Imana, inkino z’umukuru w’igihugu mu rukino rwa Basketball zibandaniriza mu gihugu hagati. Imigwi yo mu gisagara ca Bujumbura yaronse uburenganzira bwo kubandanya ihiganwa ikaba ari : URUNANI, New Star, Gymkana, na Kern iza gukinira mugihugu hagati.

Urutonde rw’inkino rukaba rwifashe uku :

Bubanza- New star

Karusi - Young

Buja Rural - Kern

Muyinga - Friends Team

Muramvya - Gymkana

Kirundo - Target

Cibitoke - Urunani

Kayanza - Messager BBC

Mwaro - Imbeya

Cankuzo - Ruyigi

Rutana - Makamba


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha