COSYBU na CSB asaba ibiganiro ku ntererano yagenewe amatora

Yanditswe na IGIHE
Kuya 12 January 2018 saa 11:00
16950
0 0

Mw’ikete ryo kuruyu wa mbere itariki 8 Nzero 2018, amahuriryo y’ama Sendika akorera mu Burundi ariyo COSYBU, (Confédération des Syndicats du Burundi), hamwe na CSB (Confédération des Syndicats Libres du Burundi), bandikiye ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati no gukundisha igihugu, hamwe n’ubushikiranganji bw’ikigega ca reta, bakaba basaba ko hotunganywa ibiganiro ku bijanye n’ingingo nshikiranganji, nomero 530/540/1779 yo kuwa 11 Kigarama, isaba abarundi guterera amatora ya 2020.

Ayo ma Sendika akaba asaba ubwo bushikiranganji kuba barabangira gukura ku mishahara y’abantu amahera yagenewe amatora, mu gihe ivyo biganiro bijanye no guterera amatora bitoba biratangura.


Kumenyekanisha

1
sisonga 16-01-2018 à 11:35

mbega ayo ma syndicats mumbonera abayaserukira harimwo abahutu bangahe?

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha