Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Urunani ASSUR ruvuga ko rugiye gutunganya inama yo kuduza umwimbu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > ishirahamwe > Urunani ASSUR ruvuga ko rugiye gutunganya inama yo kuduza umwimbu (...)

Urunani ASSUR ruvuga ko rugiye gutunganya inama yo kuduza umwimbu w’amashirahamwe yarwo

Monday 8 October 2018, by vianney

Mu kiganiro umukuru w’urunani ASSUR yahaye abamenyeshamakuru kuruno wa mbere igenekerezo rya 8 Gitugutu 2018 ,Trinitas GIRUKWISHAKA yamenyesheje ko bagiye gukora ibishoboka kugira abarundi bahimirizwe baje barijukira amashirahamwe ategekaniriza gushumbusha abahuye n’impanuka zitandukanye kuko basanze abantu batitura ayo mashirahamwe bivuye ku gushaka ariko babikora kubera rimwe na rimwe ari itegeko.

Trinitas GIRUKWISHAKA yavuze ko ibivugwa ko ayo mashirahamwe ateba kuriha abanywanyi babo bishika kuri bamwe bamwe ariko kenshi biva ku banywanyi kuko iyo umuntu ahuye n’impanuka harivyo asabwa kandi bategerezwa gutohoza kubera bihora bishika abanywanyi bakabesha.

Uwo mukuru wa ASSUR avuga ko igihugu c’Uburundi kikiri inyuma kubijanye n’uko abantu bijukira kuja murayo mashirahamwe ugereranije n’ibindi bihugu vyo mu karere ka Afrika y’Ubuseruko.


Vianney BIKORIMANA

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.