California : Abanyagihugu bemerewe kunywa urumogi

Yanditswe na IGIHE
Kuya 10 novembre 2016 saa 07:34
Yasomwe : 20763
0 0

Mu gisagara ca California, abatora bemeje itegeko rirekurira abanyagihugu kunywa ikiyovyabwenge ca marijuana, iyo ngingo igashobora kugira ingaruka zikomeye ku mugambi mpuzamakungu wo kurwanya ibiyovyabwenge.
BBC ivuga ko mu matora yabaye mu gihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika, abatoye mu gisagara ca Florida bemeje impinduka mw’ibwirizwa shingiro ry’iyo Reta, bikaba vyemejwe gukoresha marijuana nk’umuti ku ndwara zimwe zimwe.
Abatora kandi muri ico gisagara basavye gukuraho igihano (...)

Mu gisagara ca California, abatora bemeje itegeko rirekurira abanyagihugu kunywa ikiyovyabwenge ca marijuana, iyo ngingo igashobora kugira ingaruka zikomeye ku mugambi mpuzamakungu wo kurwanya ibiyovyabwenge.

BBC ivuga ko mu matora yabaye mu gihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika, abatoye mu gisagara ca Florida bemeje impinduka mw’ibwirizwa shingiro ry’iyo Reta, bikaba vyemejwe gukoresha marijuana nk’umuti ku ndwara zimwe zimwe.

Abatora kandi muri ico gisagara basavye gukuraho igihano c’urupfu hamwe n’uko hokomezwa kugenzura impusha z’abanyagihugu z’ugutunga inkoho n’amasasu.


Kumenyekanisha

1
mzoyihera intagoheka 10-11-2016 à 23:31

Turashimiye nyakubahwa prezida Obama umutima wiwe wugukunda igihugu ciwe ca mwibarutse, atarabahano muburundi bwacu ,basigaye ari bampemuke ndamuke.Nibatore icirwa kubanyamerika munyaka yarenganye nanunomusi uburyo bifata mukubisikanya nabandi, ariko hano iwacu icotuzi nukwicana, kwemeza kunwa urumogi narwo, bigiye kurwiza imihimbiri cane,nkakarorero hano mugihugu cacu abarunwa usanga arabahimbiri.aho muri karifronia muzofashe kuraba amasanganya yimiduga igiye kwiyongera, kuko uwurunyoye usanga agenda nkuwasaze mwibarabara. Ahandi naho abarudandaza bagiye kuhatorera akoyoko, babidandaza binyegeje bagiye kubidandaza kumugaragaro.

2
komera bany amerika 10-11-2016 à 12:35

nimugirivyo mwishakiye sha ntakundi kazima muzi kubisanya neze kubirigo bibirivyanyu komera

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha