Christophe BAZIVAMO yagizwe icegera ca Liberat Mpfumukeko

Yanditswe na IGIHE
Kuya 9 septembre 2016 saa 01:03
Yasomwe : 43758
0 0

Christophe BAZIVAMO yarahiriye kuba icegera c’umunyamabanga mukuru w’umuryango wa Afrika y’ubuseruko, akaba agiye gufashanya mu bikorwa na Liberat Mpfumukeko asanzwe ariwe munyamabanga mukuru w’uwo muryango.
Christophe BAZIVAMO yatanguye ayo mabanga kuri uwu wa kane, akaba yashizweho mu nama igira iya 17 y’abakuru b’ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko yabereye i Dar es Salaam muri Tanzania.
Kuva mu mwaka w’2002, Christophe BAZIVAMO yari ayoboye ubushikiranganji butandukanye mu (...)

Christophe BAZIVAMO yarahiriye kuba icegera c’umunyamabanga mukuru w’umuryango wa Afrika y’ubuseruko, akaba agiye gufashanya mu bikorwa na Liberat Mpfumukeko asanzwe ariwe munyamabanga mukuru w’uwo muryango.

Christophe BAZIVAMO yatanguye ayo mabanga kuri uwu wa kane, akaba yashizweho mu nama igira iya 17 y’abakuru b’ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko yabereye i Dar es Salaam muri Tanzania.

Kuva mu mwaka w’2002, Christophe BAZIVAMO yari ayoboye ubushikiranganji butandukanye mu Rwanda, nk’ubw ;intwaro yo hagati mu gihugu, ubutare n’agataka, ibidukikije, amashyamba, amazi, ubw’umutekano hamwe n’ubushikiranganji bw’uburimyi n’ubworozi. Imbere y’uko ashingwa ayo mabanga mashasha, yari umushingamateka aserukira Urwanda mu nama nshingamateka ya Afrika y’ubuseruko.

Christophe BAZIVAMO yize muri Kaminuza y’Urwanda mu bijanye n’uburimyi, inyuma y’aho akaba yabandanirije amashure yiwe mu Budagi, muri Kaminuza ya Göttingen aho yakuye impamyabushobozi ya "Masters" mu bijanye n’uburimyi nyene.

Kumenyekanisha

1
Nowera Nimbona 1er-01-2017 à 05:03

Komera uzokore ibikorinka.

2
Kare 16-09-2016 à 14:13

Urihenda Uburundi Ntabwenge Mufise Kuko Urwanda Rwabafurara Mwihenze

3
karekezi 15-09-2016 à 16:47

Uburundi ko mutishyura imisoro ya EAC, murumva tuzategereza kugeza ryari

4
Rwanda Nguvu 15-09-2016 à 11:35

@Ngusha !waranaguye koko,uragereranya Intare n’isazi ?u Rwanda n’u Burundi nta mahuriro wangu, muvuga tubarasa, tutawacoma na tuwapige,wewe DD vuka boarder tukupige

5
turaje 15-09-2016 à 08:46

@ngusha umujinya wimbwa uherera mumurizo , niwumva ingufu zikuriye uzoze tuzakwereka ibyo tweretse benewanyu bashatse kwinjira nabi murwimisozi 1000
tuvuga make cyane ariko ibikorwa nibyinshi niworaba muzovuge ntakibazo ariko kwegera umupaka subutu ukabone .

6
ngusha 14-09-2016 à 11:28

Abagome batwise abaswa kuvakera ariko nibo arabaswa intimenya niyo ntinegura nibagume iwabo muRwabagome baribagiye Tanzania kuva 1997gushika uyumusiibirukana ntimwira Bagome ngo Tza irakunda mwatwiteranijeko tuzoraba amaherero yanyu Mwabagomemwe Tz niyo ibashoboye ariko natwe Barundi tuzobikurako Tanz irabafuse Mugutuka umukuruwigihugucabo KIKWETE ntimuryame musinzire

7
ngusha 14-09-2016 à 10:55

8
Ntawe 14-09-2016 à 07:43

Sha bavandi mushatse twakwikundanira kuko ibi byose bizashira .

9
Tumsifu 12-09-2016 à 23:29

Ndugu zangu jamani !inasikitisha sana kumuona mtu mzima akitukana hathalani !! Unaweza ukawaza umli wake ki siasa !!!,Hamna hata haibu kweli ?huku Rwanda tunajuvunia Muheshimiwa Kagame kwani ni ni zawadi ya wanyarwanda kutoka kwa mwanyezi Mungu. So si tunajua mahali tulitoka,na mahali tupo leo na isitishe tunajuwa ambapo tunaelekeza. Jamani muache uzushi.mbaya kwetu ni yule atakae bomoa tuliyo jenga kwani huyo lipo lake la mtemakuni.

10
Tumsifu 12-09-2016 à 23:21

11
Kamanayo 12-09-2016 à 12:20

@Fnl,ntituziranye ariko ni ubwambere mbonye u Murundi utekereza ibintu bizima,jya wigisha Abarundi surtout aba DD,kumagambo twababwira iki, akambutse turasa dushwanyaguza,mwarabibonye ejo bundi

12
Fnl 12-09-2016 à 08:31

@Nyamitwe,jewe ndi u Murundi,muga ushatse worekeraho gurtyoza Nyakubahwa Kagame,raba umucafu dufise muri Politique,Economie,Sécurité,u Rwanda rwaradusize,wewe na benewanyu baba DD mumeze nk’ingunguru irimwo ubusa

13
Kamanayo 12-09-2016 à 07:29

HE Kagame yatanze message ku mbonerakure n’abashebuja bazo bahiga kuzamumesa,mugerageza mutere u Rwanda ubundi mutubone,tuwapige na tuwacome,dore ko mumeze nki ngunguru zirimwo ubusa

14
Nkubana 11-09-2016 à 16:48

Ariko wa murundi we udutukira president
Uba wunva mumutwe wawe ukomeye
Ibazeumuntu atutse nyakubahwa nkurunziza wanyu
Wakunva wishimye koko ?
Ngusabye imbabazi ntuzongere kuntukira president
Kuko ndababaye cyane

15
Gisa 11-09-2016 à 12:41

@Eros, kuvuga nabi bibi !!!! Indangagaciro zacu : ikinyabupfura ! Bari mu bibazo nkibyo tuvuyemo. Bibaho ! Ariko si abaswa pls. Ntabwo gutukana aribyo bitanga icyubahiro. Abarundi n abanyarwanda turi umwe. Umunsi ibi byose bizashira tuzabiseka ! Vive le Burundi, vive le Rwanda

16
Musafiri 11-09-2016 à 10:45

Niteka.

17
turage 11-09-2016 à 08:12

courage Christopher bazivamwo erekana itandukaniro muri EAC kuko watojwe numutoza mwiza my HE PAUL KAGAME
amagambo make ibikogwa byinshi.

18
Gasana 11-09-2016 à 02:22

@Erios, ndi umunyarwanda nanjye ariko sinemeranya nawe Kwita abarundi abaswa uko kwitwa kubura ikinyabupfura. Abarundi si abaswa Na gatoya ariko barimo guca mubihe bikomeye nkibyo twaciyemo kandi utayobewe. Kubaha Ni indangagaciro tugomba guhorana pls respect others.

19
Eros 10-09-2016 à 19:36

Erega Abarundi Muri Abaswa Cyane Nuko Mutabimenya Ngo Mubane Na Banyarwanda Neza

20
Guiso 10-09-2016 à 18:42

Basha mureke tubane neza n ’Urwanda. Kirya gihugu kiriyubashe kabisa ! N uwanka urukwavu.....

1 | 2
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha