Korea : Umuvukanyi w’umukuru w’igihugu yishwe

Yanditswe na IGIHE
Kuya 15 février 2017 saa 09:05
Yasomwe : 11718
0 0

Umuvukanyi w’umukuru w’igihugu ca Koreya yo mu Buraruko Kim Jong Nam yishwe hakoreshejwe uburozi.
Amakuru ava mu begereye umuryango wa Kim Jong Nam, mukuru w’umukuru w’igihugu ca Koreya yo mu Buraruko, yemeza ko yishwe hakoreshejwe uburozi.
Ibinyamakuru vyo mu karere vyakwiragije amakuru yemeza Kim Jong Nam yishwe hakoreshejwe inshinge ziriko uburozi, canke zicucagiyeko ibintu vyica.
Amakuru ava mu gihugu ca Koreya y’Uburaruko amenyesha ko amatohoza yoba yamaze gutangura kugira bamenye (...)

Umuvukanyi w’umukuru w’igihugu ca Koreya yo mu Buraruko Kim Jong Nam yishwe hakoreshejwe uburozi.

Amakuru ava mu begereye umuryango wa Kim Jong Nam, mukuru w’umukuru w’igihugu ca Koreya yo mu Buraruko, yemeza ko yishwe hakoreshejwe uburozi.

Ibinyamakuru vyo mu karere vyakwiragije amakuru yemeza Kim Jong Nam yishwe hakoreshejwe inshinge ziriko uburozi, canke zicucagiyeko ibintu vyica.

Amakuru ava mu gihugu ca Koreya y’Uburaruko amenyesha ko amatohoza yoba yamaze gutangura kugira bamenye icamwishe.

Kim Jong Nam yabaye mu buhungiro hanze ya Korea yo mu Buraruko kuva yirengagijwe ntaragwe ubutegetsi, bwahawe mutoya wiwe.


Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha