Donald TRUMP yatsinze amatora

Yanditswe na IGIHE
Kuya 9 novembre 2016 saa 09:58
Yasomwe : 60282
0 0

Donald TRUMP wo mu mugambwe w’aba Republican niwe agiye kuba umukuru w’igihugu wa Reta zunze ubumwe za Amerika, afate ikibanza cahoramwo Barack OBAMA yahejeje ibiringo vyiwe. Donald TRUMP atsinze uwo bahiganwa, Hilary CLINTON wo mu mugambwe w’aba demokarate.
Donald TRUMP yatsinze muri Reta zikomeye nka Wisconsin, Alabama, Arkansas, Florida, Idaho, Indiana, Iowa, Kansas, Kentucky, Louisiana, Mississippi, Missouri, Montana, North Dakota, Ohio, Oklahoma, South Carolina, South Dakota, Tennessee, (...)

Donald TRUMP wo mu mugambwe w’aba Republican niwe agiye kuba umukuru w’igihugu wa Reta zunze ubumwe za Amerika, afate ikibanza cahoramwo Barack OBAMA yahejeje ibiringo vyiwe. Donald TRUMP atsinze uwo bahiganwa, Hilary CLINTON wo mu mugambwe w’aba demokarate.

Donald TRUMP yatsinze muri Reta zikomeye nka Wisconsin, Alabama, Arkansas, Florida, Idaho, Indiana, Iowa, Kansas, Kentucky, Louisiana, Mississippi, Missouri, Montana, North Dakota, Ohio, Oklahoma, South Carolina, South Dakota, Tennessee, Texas, Utah, West Virginia hamwe na Wyoming.

JPEG - 93 ko
Donald TRUMP n’umuryango wiwe, bariko bakurikirana ibiharuro vy’amatora

Aho ni mu gihe uwo bahiganwa, Hilary Clinton wahoze ari umunyamabanga wa Reta ya Amerika yatsinze muri California, Colorado, Connecticut, Delaware, Illinois, Maryland, Massachusetts, New Jersey, New Mexico, New York, Oregon, Rhode Island, Vermont, Virginia na Columbia. Hilary Clinton akaba yemeye ko yarushijwe.

JPEG - 88.8 ko
Ni umubabaro udasanzwe ku ruhande rw’abashigikiye Hilary Clinton

Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA arakeza Donald TRUMP kuri iyo ntsinzi yaronse, akamenyesha ko kw’izina ry’abarundi, amukeje, agakeza n’abanyamerika bose.


Kumenyekanisha

1
Alexis 30-11-2016 à 23:25

Abarundi Turashimy Kubon Obama Yavuy Kubutegetsi Abarund Tugiy Kuva Mugacerere Twarimwo Ico Twosaba Trump Nuko Yotwarira Bose

2
Emely 11-11-2016 à 09:34

Natwebwe Abarund Turagukeje Arik Uzotware Neza Kand Wibuke Ibihugu Vyarenganijwe Nabo Bagabo

3
Emely 11-11-2016 à 09:32

Natwebwe Abarund Turagukeje Arik Uzotware Neza Kand Wibuke Ibihugu Vyarenganijwe Nabo Bagabo

4
My bad 10-11-2016 à 09:36

Ndavye comments mwanditse ,abarundi murafise ingwara ,mbe ko mupfa politique ya USA bamwe murazi naho iherereye ,murabure gutora umuti sivyo nupfa ngo umuntu uzotirwa na Trump,gusa ico mwomenya nuko aba nzi bakorera muri system imwe ,ahubwo hari naho bizokunyuka

5
Gateka 10-11-2016 à 06:28

Hahahh yewe yemwe mujeri n,akagame Bari bizey amarokoko kuri Clinton barariye ivyatsi, umugome waruje gufasha Obama na Kagame namujeri gusongera uburundi ,,,, Burundi mutima w à frica hangama #Drump congratilation

6
ahohave 10-11-2016 à 00:18

ndayumva nka seka,mb yemw trump mwosanga aj kubamara mwbw abarunti,umumezo mushasha ntutera amabavu ! Mwbw mwibaza ng intwaro niy izokura akagasembwa kwisi,aho have ! Mpaka haz intwaro ya yesu.k nday ubusa ampay iki !tokaa

7
BISOBANURO 9-11-2016 à 23:11

Bye bye KAGUTA MUSEVENI, Bye bye KAGAME Paul, Bye bye KABILA afaire yo gushyigikira fundation BILL CLINTON waguze u RWANDA, UGANDA na CONGO turizera yuko TRUMP azasenya abo bagabo bagurishije ibihugu byabo..
Abarundi musabe NKURUNZIZA asabe dossier ya NTARYAMIRA Bill Clinton yicishije
Dusabe kandi muri FRANCE ngo Alain JUPPE nawe azatorwe KAGAME ake kazaba kashobotse ntazongera kuja muri AMERIKA UKO ASHATSE

8
umuganwa 9-11-2016 à 22:08

vive trump aba dictateuers n abanyabinyoma bari bahitanye Nkurunziza naza politique zabo zo guteza akavuyo no kwica abaturage bakabishyira kuwo bashaka kwikiza kubera inyungu zo gusahura umutungo kamere w africa n abarabu Iyaturemye irabamwaje ku mugaragaro, abanyabinyoma gusa n ibinywamaraso nka ba famille cliton, famille, bush, famille obama , nanjye ndi i bururi, komine mugamba ndagukeje Trump, nkeje na Nkurunziza umuyobozi ukunda abaturage be muri rusange

9
Jules 9-11-2016 à 21:51

nakorore igicirb ca$ rero !

10
bahigumwe 9-11-2016 à 20:42

Obama niyigire uburundi abarundi tumusengere hasigaye kagame mukigandaro. c.umwaka whose abantu. Bose. biyambaje imana abami anti. benshi. Salome. dawudi Daniel. Erie n.abandi

11
Mucokozi 9-11-2016 à 19:00

Ou’ sont les mujeri (turaje,falcon, tari,lilly,...).On a besoin de reactions de ces mujeri sindumuja. Pour le moment je pense qu’il se cache sous les calloux.

12
Bravo 9-11-2016 à 15:27

Bravo bravo, ngirango akarere ka Afrika y’ibiyaga binini kagiye kuruhuka ko Cliton atuvuye ku gakanu. Hasigaye kwiyamiriza Kagame bahora bakorana umugambi ugayitse wo kumara abantu.Mumbonera Kagame akiri i Rwanda ?

Abicanyi Imana izokwama yabamaramaje ?

13
Karorero 9-11-2016 à 15:03

Barundi Imana yacu iriburyo bwacu kuko uwuduhangay wese atamenya ikimukubise Uburundi bwa bene Burundi buzokwama arintakomwakomwa uwuzokwitambika imber yiyinganji uko yobar kose ntazobura guhura na se rwakira iyo abademocrate badafatanya nabasindumuja kurwanya uwur muruhande rw’imana nibo bari gutsinda arko kubwo imigambi yabo mibisha kubana bimana aribo abarundi na se barundi imana inganji yabo iyihaye Trump vive Nkurunziza vive les Barundais vive le Burundi.

14
mahoro 9-11-2016 à 15:00

burya nne kayemwe wagomba atere igere kwibiringo vyiwe vyari birangiye. None abarezi (abigisha) batwigishije twovugako ataco badufashije muguharura 1, 2, 3 ... aho dufata gatatu tukakita 2 !

15
FNL 9-11-2016 à 14:51

Trump le Républicain uyu niwe agire asafishe akarere k’ibiyaga bigari,ingo udukurireko Peter, nyaragasa

16
Fulgence 9-11-2016 à 13:29

Nimba ya sentare y’irahe idatinya nifate Obama yishure ku mabi yakore abanyafrika nko muri libiya no mubindi bihugu.

17
OSIAS 9-11-2016 à 13:19

UWO WOWO NTAWE MUZI BAMWE BAFATA IBITI NKAMA PARCEL YABO BAGOWE

18
Nyakarundi 9-11-2016 à 13:07

I Mujeri yitwa Nininahazwe Pacifique,Maggy,Leonce,Kiramvu,.... ngo zari zishyigikiye Hillary Clinton. None ziramwaye.

19
Hvyarimana 9-11-2016 à 12:36

Uwomugesera obama nagende Aravuye abarundi kugakanu

20
tari 9-11-2016 à 12:30

Natsinde kuko aba democrate barongowe Na shebuja wabo Obama Bari baragurishije igihugu kuba rusiya aka rorero nintambara yo muri ciliya ikibagiye nugukingira ikibaba inkozi zikibi yankako zirwanywa canke Ngo zifatwe zihanwe uko bakavuze abirabure kwatavyacu ntibabeshe

1 | 2

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha