IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Espagne : Abahora barongoye intara ya Catalogne basabwe kwitaba sentare (...)

Espagne : Abahora barongoye intara ya Catalogne basabwe kwitaba sentare ntahinyuzwa

jeudi 2 novembre 2017

Sentare ntahinyuzwa ya Espagne yasavye ko abo bategetsi 13 harimwo n’uwahoze arongoye intara ya Catalogne Carles Puigdemont barenguka, mu gihe Carles Puigdemont wewe yamenyesheje ko adashobora kwitaba muri iyo sentare.

Aho ari mu Bubirigi, Carles Puigdemont yahora arongoye intara ya Ctalogne yavuze ko yahamagawe mu rubanza rwa poritike .

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC amenyesha ko Abashikirizamanza bashobora gusohora imitahe yo kubafata mu gihe batokwitaba.

Intara ya Catalogne ivuga ko ibice 43 kw’ijana vy’abitavye amatora yo kwemeza canke guhakana ko iyo ntara yigenga ,abashika 90% bemeje ko iyo ntara yikukira.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.