IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > France: Francois Fillon agiye gutangura kugirwako amatohoza

France: Francois Fillon agiye gutangura kugirwako amatohoza

mercredi 15 Ntwarante 2017

Abashikirizamanza mu gihugu c’Ubufaransa bamenyesha ko hari amatohoza agiye gutangura kuri Francois Fillon azokwitoza mu matora y’umukuru w’igihugu, yagirizwa ko yanyuruje ubutunzi bw’igihugu.

Francois Fillon yagirizwa ko hari amafaranga aharurwa mu bihumbi vy’amafaranga y’abanyaburaya yarishe umuryango wiwe avuga ko hari akazi bakoze, kandi ako kazi katigeze gakorwa.

Francois Fillon amenyesha ko ata kintu kibi yakoze ariko akaba yavuze mu minsi iheze ko mu gihe hoba hari amatohoza agiye gukorwa kuri we,yova mw’ihiganwa ryo kwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu ritegekanijwe mu kwezi kwa Ndamukiza na Rusama.

Gushika mu minsi iheze, niwe yaza imbere mu biharuro imbere ya Marine Le Pen na Emmanuel Macron.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.