Accueil > Amakuru > Mu makungu > Igihugu kigira gatatu ca Afrika cavuye muri CPI
Igihugu kigira gatatu ca Afrika cavuye muri CPI
mardi 15 Munyonyo 2016, par
Igihugu ca Gambia catangaje icese ko kigiye kuba ica gatatu co ku mugabane wa Afrika mu kwikura mu masezerano y’i Roma yashizeho sentare mpuzamakungu mpanavyaha. Ico gihugu akaba arico kivamwo Fatou Bensouda, umushikirizamanza mukuru w’iyo sentare.
Umushikiranganji wa Gambia ajejwe kumenyesha amakuru, Sheriff Bojang, avuga ko iyo sentare ikoreshwa mu gucinyiza abanyafrika.
Tubamenyeshe ko Uburundi na Afrika y’epfo arivyo bihugu bimaze kumenyesha ku mugaragaro ko bivuye muri iyo sentare.
IGIHE
Messages
15 Munyonyo 2016, 13:35, par willynshimirimana
nibivireyo kuko ihohotera ibihugu vyacu vya africa gusa hamaturabe abobazoja barajana irahe
15 Munyonyo 2016, 15:14, par Issa
Ntagitangaje kirimwo kuko uyo mugabo agomba yitoze ubugira gatanu akaba yaramaze n’abantu vyerekana yuko uva muri CPI ku gutinya guhanwa kubera amaraso waseshe,urumva ntaba ari igihugu kivuyemwo ahubwo niwewe ku gatwe kawe vyumvikana yuko impera n’imperuka udapfuye uva kubutegetsi igihugu kigasubirayo ugacakigwa
15 Munyonyo 2016, 16:08, par KAGAME
Nabado ahubwo nimurindire nakagome arimunzira kuvayo kubanyagwanda yafunguye 1993
15 Munyonyo 2016, 18:54, par INTAGOHEKA
EJO NIHEZA ABARUNDI NTIMUGIRUBWOBA
15 Munyonyo 2016, 19:29, par gerard
nibigumemw kukontakamar kokwigendako
15 Munyonyo 2016, 22:14, par Ndengerabagenzi Gabriel
Nivyiza Ko Mwiyumviriye Iyo Ngingo Ninyiza Cane.Turashimiye Uwo Mushikirizwa Manza Fatou Bensouda Ko Ataravyi Ico Cubahiro Yarafise Ngo Ayigumemwe Mugabo Akemera Kubikora Kubwo Ineza Ya Afirika.
16 Munyonyo 2016, 07:22, par Morodikayi Jon
ayo namabi mwokoze ariko aratuma muhunga, ngumuryakibi ahunga atakimwirukanye!. Ahonibukebuke abicanyi mwese mugiye kugoboroka mumenyekane.
17 Munyonyo 2016, 09:49, par F G
Urwanda ntiruri muri iyo Sentare. NTIBIKENEWE RERO KO RUVAMWO;
20 Munyonyo 2016, 21:39, par nema
ukuri guca muziko ntigusha .urumugabo atavugana amazi mukanwa !
5 Ntwarante 2017, 11:56, par manirà kiza
Nivyaha bakoze bîtuma batinya ubutungane