Accueil > Amakuru > Mu makungu > Igisirikare c’Ubushinwa n’Uburusiya kirwanira mu mazi catanguye (...)
Igisirikare c’Ubushinwa n’Uburusiya kirwanira mu mazi catanguye imyimenyerezo
mardi 13 Nyakanga 2016, par
Ubushinwa n’Uburusiya vyatanguriye hamwe iminsi umunani y’imyimenyerezo y’igisirikare kirwanira mu mazi, mu karere k’ibahari ry’ubumanuko bw’Ubushinwa.
Igihugu c’Ubushinwa kivuga ko iyo myimenyerezo, irimwo n’igikorwa co kwigana ifatwa ry’izinga, ari imyimenyerezo isanzwe.
Ni ubwa mbere iyo myimenyerezo ibereye mw’ibahari ry’ubumanuko bw’Ubushinwa, aho ico gihugu kivuga ko hacegukira, ariko ibihugu bibanyi bikavyiyamiriza.
Uburusiya nico gihugu conyene c’igihangange cashigikiye Ubushinwa, igihe sentare mpuzamakungu yavuga ko Ubushinwa butari mu kuri mu kwigarurira ako karere, mu kwezi kw’indwi.
IGIHE
Messages
13 Nyakanga 2016, 12:26, par DAMIEN
IMPFIZI YIGANJE YIMYA IZINDI ZIBONA.
13 Nyakanga 2016, 14:02, par joseph bizoza
umugabo agusumvya amavya akwendera umugore ubona
13 Nyakanga 2016, 15:59, par suredeal
abo mwibwiraga ko babashyigkiye bagiye kurwanira siriya, hanyuma Donald trump nawe atorerwe kuyobora america noneho mwongere muririmbe ngo muzatumesa ubu tanzania yabateye umugongo na Zuma ntacyivanga muri polike yo mumahanga iwe afite ibibazo things are changing my dear, ntabwo ndi umuhanuzi ariko ndabona interahamwe zongera kumeneshwa zagashwiragira mumashyamba..........
1er Nzero 2017, 08:32, par Ndizobarinda gaspard
Jewesaka ukobwayombera umugenzi nimeroyanje 68085652