IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Indege yarimwo abantu barenga ijana yaburiwe irengero muri Burma

Indege yarimwo abantu barenga ijana yaburiwe irengero muri Burma

mercredi 7 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Igisirikare c’igihugu ca Burma kivuga ko iyo ndege yagurukira hagati y’igisagara ca Myeik kiri mu bumanuko na Yangon (Rangoon). Iyo ndege yazimanganye igeze ku birometero 32 mu burengero bw’igisagara ca Dawei, hejuru y’ibahari Andaman.

BBC dukesha iyi nkuru ivuga ko ibikogwa vyo kurondera iyo ndege hamwe no gutabara bibandanya.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.