IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Indoneziya : Abantu 97 bahitanwe na nyamugigima

Indoneziya : Abantu 97 bahitanwe na nyamugigima

jeudi 8 Kigarama 2016, par Egide NDUWIMANA

Abantu 97 nibo bamaze kumenyekana ko basize ubuzima muri nyamugigima yabaye mu gihugu ca Indoneziya, mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu.

Abategetsi ba Indoneziya bamenyesha ko n’abandi bantu bashika ijana bakomeretse muri iyo nyamugigima yasinzikaje agace ka Pidie Jaya, mu buraruko bw’izinga rya Sumatra.

Inyubakwa zitari nke zirimwo imisigiti, amamangazini, n’amazu y’abanyagihugu yabomotse.

Abakora ibikorwa vyo gutabara baracariko bararaba ko hoba hari abaguweko n’inyubakwa.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.