IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > ishirahamwe > Ishirahamwe IMBONEZA ryatanze infashanyo ku kigo c’abana IGIRANEZA

Ishirahamwe IMBONEZA ryatanze infashanyo ku kigo c’abana IGIRANEZA

samedi 7 avril 2018

HAKIZIMANA Jean Pierre yaserukiye abandi muri urwo rugendo, yavuze ko intumbero y’urugendo ari kwifatanya n’abana barerewe muri ico kigo mu guhimbariza hamwe Pasika.

HAKIZIMANA Jean Pierre , yavuze ko baje bitwaje agakemanyi, ako nako kakaba kari kagizwe n’ibifungurwa abana bafungura vyitwa ibikarango.

Ishirahamwe imboneza, rikaba rifise ihangiro ryo gufasha gutanga inyigisho ku rwaruka zijanye no kubaho mu buzima bwabo bwa minsi yose, hamwe no gutanga inyigisho mu bisata bitandukanye vy’amagara y’abantu na cane cane ku bavuzi, ingene bokwakira neza abarwayi babituye.


Callixte Carpe NDIKUMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.