IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Khan : "Sinzemerera Trump ko acanishamwo abanyagihugu"

Khan : "Sinzemerera Trump ko acanishamwo abanyagihugu"

mardi 6 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

BBC imenyesha ko inyuma y’aho habereye igitero i Londres mu mpera z’iyi ndwi, Abasirikare bitwaje ibigwanisho baciye barungikwa mu bigwati vy’igisagara ca Londres, aho ivyo vyateye ubwoba ababa muri ico gisagara.

Trump yavuze ati : “Umukuru w’igisagara ca Londres ntiyatanze insiguro zifashe mu kuvuga ko abanyagihugu batari kugira ubwoba.”

JPEG - 871.7 ko
Sadiq Khan, umukuru w’igisagara ca Londres

Umuvugizi wo ku kirimba ca Reta zunze ubumwe za Amerika yarabeshuje ivyo Donald Trump yavuze ko kwari kwifatira mu guhanga Umukuru w’igisagara ca Londres.

Mwomenya ko Sadiq khan ari umukuru w’igisagara wa mbere w’umwisiramu atwaye Londres.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.