Kigali : Umupfungwa yari muri Sentare yishwe ariko agerageza gutoroka

Yanditswe na IGIHE
Kuya 21 décembre 2016 saa 01:11
Yasomwe : 23553
0 0

Umupfungwa azwi kw’izina rya Nkundimana Clement yahora apfungiwe mw’ibohero rya Gasabo, yishwe arashwe kuri uwu wa gatatu, aho akaba ari mu gihe yari yajanwe kuburana, mu nyuma agerageza gutoroka.
Uwo yishwe arashwe yari yagiye kuburanira kuri Sentare nkuru ya Nyarugenge. Yasavye uruhusha rwo kujya mu bwiherero, agezeyo yifungura amapingu, yiyambura impuzu zambara abapfungwa, aca ariruka. Umuporisi yari amucunze abibonye yamukurikiranye, amurasa amasasu yaciye amuhitana.
Umupfungwa Clement (...)

JPEG - 66.7 ko
Abapfungwa bo mu gihugu c’Urwanda

Umupfungwa Clement Nkundimana yakomoka ahitwa Kibagabaga, mu Murenge wa Kimironko, akaba yari apfungiye icaha c’ubusuma, aho yari yaciriwe urubanza rw’ugupfungwa imyaka itatu. Yarashwe mu gihe yari yagiye muri Sentare kuburana kuri ico caha yagirizwa.

Kumenyekanisha

1
Bio 27-12-2016 à 07:12

Ntakund Umuryang Niwihangan

2
JEAN 26-12-2016 à 20:06

MBEGA YARIMPUNZI ?

3
JEAN 26-12-2016 à 20:05

MBEGA YARIMPUNZI ?

4
Musaga 23-12-2016 à 22:52

@Mukristo murugendo,rabira kuvyo Police y’Ubutaliyano yagiriye wa mu Tunisien yamara abantu mu Budagi,uraronka inyishu

5
Mukristomurugendo 23-12-2016 à 03:08

@Kamanayo,
Uwisangira inzoga numupfungwa nuwurasa umupfungwa umuntumubi ku Mana ninde ?
Eregatwebwe abarundi twaramaze gushira Imana Imbere kuko iyotutashira imana imbere aryamahera mwarimwemerewe nububiligi ntabayahitanye baryabavukanyi bacu mwahitanye bagapfamubishe bababararenze kureniyo bakaba amamiriyoni nkuko mwishe amamiriyoni yabanyarwanda mumwaka wa 1994

6
Kamanayo 22-12-2016 à 10:18

@Tuzohura,utandukanye baba Police b’iwanyu basangira inzoga n’ipfungwa twebwe hano ni discipline, ushatse gutoroka cyangwa kurwanya ushinzwe umutekano arakwivuna serieusement

7
DIEUDONE NSABIMANA 21-12-2016 à 19:51

NDASHAKA KUMENYA NEZA UWO MUNYORORO YITWANDE ?

8
tuzohura 21-12-2016 à 19:35

ndaribwaribwa Kagame ivyiwe nukwica gusa

9
. 21-12-2016 à 16:08

Yipfunhuruye amapingu ?
Ivyosivyo kuko nuwabwiye uwo amucungera ko ashaka kuwomufungwa yokwicwa kubera harivyo baribapfa noneho uwo umucungera arayamwambura ngo niwihire kandiwiruke mazenawe arirukanga maze amurasa nkuwutorotse, murwanda barashira amamakungu arabira mbambaroga !.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha