Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Koreya y’Epfo : Koreya ya Ruguru yemeye kurungika abanonotsi mu nkino (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Koreya y’Epfo : Koreya ya Ruguru yemeye kurungika abanonotsi mu nkino (...)

Koreya y’Epfo : Koreya ya Ruguru yemeye kurungika abanonotsi mu nkino mpuzamakungu

mardi 9 janvier 2018

Igihugu ca Koreya y’Epfo catanze iciyumviro, ko umurwi wa Koreya y’Epfo n’iyo mu Buraruko, bohurira mu birori vyo kwugurura izo nkino ku mugaragaro.

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC amenyesha ko, umushikiranganji w’imigenderanire mu gihugu ca Koreya y’Epfo, yavuze ko bariko bariga ingingo yo gukura vy’infatakibanza ibihano vyafatiwe igihugu ca Koreya ya Ruguru, kugira abategetsi bazoze muri izo nkino.

Abategetsi bo muri ivyo bihugu berekanye ko bafise icizere ko ibiganiro bishobora kuba kandi bigatuma ukutumvikana kuri hagati yavyo kugabanuka.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.