IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Koreya ya Ruguru yagerageje igisasu ca Missile gishasha

Koreya ya Ruguru yagerageje igisasu ca Missile gishasha

lundi 15 Rusama 2017

Igihugu ca Koreya ya Ruguru cavuze ko igisasu yagerageje ku munsi w’Imana igenekerezo rya 14 Rusama,umwaka wa 2017 gishoora gutwara ikirwanisho kinini c’ubumara.

Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 15 Nzero umwaka wa 2017, igihugu ca Koreya ya Ruguru camenyesheje ko carungitse ico gisasu mu ntumbero yo kwihweza ubushoboza bw’ico gisasu gishasha.

Ku rundi ruhande,itororokanirizo ry’amakuru Yonhap rivuga ko igisirikare ca Korea y’Epfo kivuga ko kidashobora guhinyuza ayo makuru ariko cemeza ko ibisasu vya "missiles" vya Korea ya Ruguru bishobora gushika kure cane mu kirere.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.