IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Koreya ya Ruguru yagirije Amerika gutanguza intambara

Koreya ya Ruguru yagirije Amerika gutanguza intambara

mardi 26 Nyakanga 2017

Umushikiranganji Ri Yong-ho yabwiye abamenyeshamakuru mu gisagara ca New York ko Korea ya Ruguru ifise uburenganzira bwo gukorora indege z’ingwano za Amerika.

Uwo mushikiranganji yavuze ko amakungu akwiye kwibuka neza ko ari igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika zamenyesheje ubwa mbere ingwano.

Haraheze igihe haba ku ruhande rwa Reta Zunze Ubumwe za Amerika na Koreya ya Ruguru hatanguye intambara yo guterana amajambo.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.