IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Marine Le Pen yatanze imihoho mu buyobozi bw’umugambwe "Front (...)

Marine Le Pen yatanze imihoho mu buyobozi bw’umugambwe "Front National"

mardi 25 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Marine Le Pen aheruka kwemezwa nk’umukandida azohiganwa mu gice ca nyuma mu matora y’umukuru w’Igihugu mu Bufaransa, yatanze imihoho mu buyobozi bw’umugambwe wiwe "Front National".

Le Pen niwe azohiganwa na Emmanuel Macron mu gice ca nyuma c’amatora kuwa 7 Rusama 2017, mu matora y’uguhitamwo uwusubirira François Hollande asanzwe ariwe aramutswa igihugu c’Ubufaransa.

Abakurikiranira hafi amatora yo mu Bufaransa baha Emmanuel Macron ku bice 60 kw’ijana, nayo Marine Le Pen agahabwa ibice 40 kw’ijana vy’amajwi ashobora kuronka.

JPEG - 102.2 ko
Marine Le Pen

Marine Le Pen yatanze imihoho mu buyobozi bw’umugambwe yatanguye kuyobora mu mwaka w’2011.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.