Misiri : Abagirizwa urupfu rw’umushikirizamanza mukuru baciriwe igihano c’ugupfa

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 18 juin 2017 saa 10:51
Yasomwe : 3636
0 0

Sentare y’igihugu ca Misiri yaciriye urubanza rw’ugupfa abantu 30 bagirijwe ko bagize uruhara mw’iyicwa rya Hisham Barakat, umushikirizamanza mukuru w’ico gihugu.

Abaciriwe urwo rubanza rw’ugupfa ni abafashwe inyuma y’iyicwa ry’uwo mushikrizamanza mukuru, akaba n’uruhara mu gushengeza mu butungane intagondwa z’abayisiramu ziharurwa mu bihumbi.

Hisham Barakat yishwe mu gitero c’igisasu cakozwe ku modoka yiwe mu mwaka w’2015.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha