Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Pakistan : Abantu 153 baguye mu mpanuka y’imodoka itwara igitoro - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Pakistan : Abantu 153 baguye mu mpanuka y’imodoka itwara igitoro

Pakistan : Abantu 153 baguye mu mpanuka y’imodoka itwara igitoro

lundi 26 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Iyo mpanuka yabereye mu gisagara ca Bahawalpur, mu ntara ya Punjab iri mu buseruko bwa Pakistan mu gatondo ko kuri uwu w’Imana.

Ibitaro vya "Nishtar n’ibya Bahawal Victoria" vyakiriye abaremvye kurusha abandi bagera ku bice 70 kw’ijana vy’abakomeretse bose hamwe.

Umushikiranganji wa mbere wa Pakistan, Muhammad Nawaz Sharif, yahojeje ababuriye ababo muri iyo mpanuka, avuga ko Reta y’ico gihugu iriko irafasha mu kuvuza abakomeretse.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.