Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Palestina : Abanyagihugu bazindukiye mu myiyerekano - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Palestina : Abanyagihugu bazindukiye mu myiyerekano

Palestina : Abanyagihugu bazindukiye mu myiyerekano

vendredi 30 mars 2018

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko abasirikare ba Isirayeri bavuze ko imigumuko yabereye mu duce tutari duke, abari mu myiyerekano nabo bakaba bateye amabuye banaturira amapine y’imuduga .

Bivugwa ko ,iyo myiyerekano yabaye mu ntumbero yo gusaba ko impunzi zosubira mu birwati vyazo ubu vyacitse ivyibare vya Isirayeli, kandi abateguye ico gikorwa bo muri Palestina bavuga ko ari intango bizera ko bizovamwo imyiyerekano ikomeye kandi izobandanya.

Hashinzwe amakambi atanu ku rubibe, kandi igikorwa bise "Urugendo rwo gutahuka" bizera ko kizomara indwi nyinshi.


Callixte Carpe NDIKUMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.