Incamake

Photos: Koreya zibiri zumvikanye guhagarika ibikorwa vyose bibacanishamwo kw’isi, mu kiyaga no mu kirere.

Yanditswe na IGIHE
Kuya 27 April 2018 saa 11:37
13860
0 0

Umukuru w’igihugu ca Koreya ya ruguru Kim Jong Un yagendeye igihugu ca Koreya y’epfo

Mw’itangazo bashikirije, Kim Jong-un na Moon Jae-in biyemeje guhagarika gukora ibirwanisho ruhonyanganda mu gace ka Koreya zose. Izo Koreya zibiri zigiye kurondera intwaro y’amahoro ituma intambara ihagarara. Umukuru w’igihugu ca Koreya yo mu Bumanuko yemeje ko yipfuza kugendera Koreya yo mu Buraruko, uwu mwaka.


Kumenyekanisha

1
Majambere Dieudone 28-04-2018 à 10:00

Ababagabo,ivyabobizorama?Rekaturindire Turabe Amatekayabo.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha