IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Portugal: Abantu 60 bahitanywe n’umuriro

Portugal: Abantu 60 bahitanywe n’umuriro

lundi 19 Ruheshi 2017

Reta ya Portugal imenyesha ko benshi mu bapfuye bari mu modoka zabo ,barik bageragezaga guhunga akarere ka Petrogao Grande kari ku birometero 50 uvuye mu gisgara ca Coimbra.

Mu bakomeretse harimwo 59 mu 600 bariko baragerageza gihagarika uwo muriro naho bitoroshe.

Umushikiranganji wa mbere Antonio Costa yavuze ko uwo muriro wadutse ukase gusumba iyindi yabonetse mu myaka mike iheze.

Mu gihe ibinyamakuru mu gihugu ca Portugal bivuga ko kuzimya uwo muriro bitoroshe,Ibiharuro vy’abahitanywe n’uwo muriro bishobora kwiyongera.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.