IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Portugal : Ubushuhe bubandanya kwiyongera bwateye ubwoba abanyagihugu

Portugal : Ubushuhe bubandanya kwiyongera bwateye ubwoba abanyagihugu

mardi 20 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Ubushuhe bubandanya bwibonekeza ku rugero runini aho mu gihugu ca Portugal bushobora gutuma imiriro yongera kwibonekeza, nk’uko vyagenze mu mpera z’indwi iheze.

Abajejwe intwaro muri Portugal bamenyesha ko imiriro yadutse mu mpera z’indwi iheze bashoboye kuyikinga gushika ku bice 70 kw’ijana, ariko ikibaraje ishinga ubu ari ubushuhe bubadanya bwiyongera ku rugero runini, hamwe n’imiyaga myinshi yibonekeza muri iki gihe, vyohava bituma iyindi miriro isubira kwaduka igasasika inganda.

Tubibutse ko umuriro wadutse ku munsi wa gatandatu w’indwi iheze wahitanye ubuzima bw’abantu 64, abashika 135 nabo barakomereka. N’ibigwati bitari bike vyarahiye biratokombera kubera uwo umuriro.


Vianney BIKORIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.