Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Rwanda : Abayoboke indwi ba Victoire INGABIRE batawe muri yompi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Rwanda > Rwanda : Abayoboke indwi ba Victoire INGABIRE batawe muri yompi

Rwanda : Abayoboke indwi ba Victoire INGABIRE batawe muri yompi

vendredi 8 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Itangazo ryasohowe n’igiporisi c’Urwanda ryemeza ko abo bantu batawe muri yompi barimwo umugore umwe, baka bagirizwa ibikorwa vy’ukurondera urwaruka rwinjizwa mu mirwi yitwaje ibirwanisho.

Nk’uko bivugwa na BBC, bane muri abo bafashwe kuri uwu wa gatatu, inyuma y’isakwa ryabaye mu gisagara ca Kigali, mu ngo z’abayoboke b’uwo mugambwe FDU Inkingi wa Victoire INGABIRE.

Abandi batatu bafashwe mu ntango z’iyi ndwi, mu ntara y’uburengero, bakaba bafashwe bari mu nzira yabajana mu gihugu igiporisi kitarashikiriza.

Mu giporisi c’Urwanda bavuga ko ifatwa ry’abo batatu ariryo ryatumye bagenzi babo bane nabo batabwa muri yompi.


Egide NDUWIMANA

Messages

  • Vyiza cane babapfunge kabisa,erega Ingabire Victoire yarondera ivyamoko no kuryanisha Abanyarwanda,ivyo yashaka kugira ninkivy’imbonerakure zo ngaha mu Burundi zigira,bravo FPR

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.