SOS-Torture : 5 barishwe, 6 baburirwa irengero mu ndwi imwe gusa

Yanditswe na IGIHE
Kuya 13 février 2017 saa 08:33
Yasomwe : 4356
0 0

Ishirahamwe SOS-Torture Burundi rimenyesha ko abantu batanu bishwe ,abandi batandatu baburirwa irengero mu kiring c kuva kw’igenekerezo rya 4 gushika kurya 11 Ruhuhuma ,umwaka wa 2017.
Mu cegeranyo ishirahamwe SOS-Torture ryasohoye, rimenyesha ko mu kiringo c’indwi abantu batowe ibiziga mu bice bitandukanye vy’igihugu, abo nabo bamwe bagafubwa batamenyekanye imyidondoro yabo.
Muri ico cegeranyo, ishirahamwe SOS-Torture rigaruka kandi kw’ihagarikwa ry’umukozi w’ishirahamwe ryitaho imbabare (...)

Ishirahamwe SOS-Torture Burundi rimenyesha ko abantu batanu bishwe ,abandi batandatu baburirwa irengero mu kiring c kuva kw’igenekerezo rya 4 gushika kurya 11 Ruhuhuma ,umwaka wa 2017.

Mu cegeranyo ishirahamwe SOS-Torture ryasohoye, rimenyesha ko mu kiringo c’indwi abantu batowe ibiziga mu bice bitandukanye vy’igihugu, abo nabo bamwe bagafubwa batamenyekanye imyidondoro yabo.

Muri ico cegeranyo, ishirahamwe SOS-Torture rigaruka kandi kw’ihagarikwa ry’umukozi w’ishirahamwe ryitaho imbabare Croix Rouge Simon NIMBONA yafatiwe mu ntara ya Karusi ariko akora amatohoza ku bijanye n’umugera wa Sida.

Ishirahamwe SOS-Torture rirangiza rimenyesha ko rigiye gutanguza igikrwa co gushira ahabona abacamanza n’abashikirizamanza bazokoreshwa n’ubutegetsi.


Kumenyekanisha

1
Nzeyimana 18-02-2017 à 22:24

Turasavye muzobadushikirize abobabisha binyankaburundi.

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha