Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Siriya : Abantu 70 boba baguye mu gitero c’ibirwanisho vy’ubumara - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Siriya : Abantu 70 boba baguye mu gitero c’ibirwanisho vy’ubumara

Siriya : Abantu 70 boba baguye mu gitero c’ibirwanisho vy’ubumara

lundi 9 avril 2018

Amakuru dukesha urubuga rw’iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko Abajejwe gutabara berekanye ku rubuga rwa twitter amasanamu y’ibiziga biri mu nzu yo mu kuzimu.

Abakora ibikorwa vyo gutabara, bamenyesha ko igitigiri c’abapfuye gishobora kwongerekana.

Ku ruhnde rwa Reta ya Syria, ivuga ko izo nkuru z’ibitero hakoreshejwe ibirwanisho vy’ubumara ari ibinyoma, mu gihe Amerika yoyo ivuga ko hashobora kuba igitigiri kinini c’abahitanywe n’ico gitero, harimwo n’imiryango yari yarahunze.

Urubuga rwa BBC, rumenyesha ko Reta Zunze Ubumwe za Amerika zavuze ko Uburusiya busanzwe bushigikiye Reta ya Siriya, bufise uruhara muri ico gitero c’ibirwanisho vy’ubumara.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.