IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Siriya : Amerika yakoze ibitero vyo kwihora igisirikare ca Reta

Siriya : Amerika yakoze ibitero vyo kwihora igisirikare ca Reta

jeudi 8 février 2018

Urwo runani ruvuga ko abarwanyi bakorana n’igihugu ca Siriya bafise ibirwanisho bikomeye cane, bateye ibiro bikuru vyo mu ntara ya Deir el-Zour aho abahanuzi ba Reta Zunze Ubumwe za Amerika.

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko imboneshakure ya Siriya yavuze ko igitero co kwihora cakozwe ku barwanyi ba Siriya, ari agasomborotso kerekana ugushigikira imirwi y’iterabwoba.

Abakurikiranira hafi ingwano yo muri Siriya bavuze ko ivyabaye vyerekana ingorane zishobora kuva muri iyo ngwano iri hagati y’imirwi myinshi ifise abasirikare ku butaka, mu gihe umurwi wa Reta y’iki Isiramu "Islamic State" waneshejwe.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.