IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Siriya : Igisagara gikomeye cigaruriwe

Siriya : Igisagara gikomeye cigaruriwe

lundi 28 Munyonyo 2016, par Egide NDUWIMANA

Reta ya Siriya imenyesha ko igisirikare cayo, gifatikanije nic’Uburusiya, vyigaruriye igisagara gikomeye ca Masakan Hanano, kiri mu ntara ya Alepo, cari kirimwo abasanzwe bagwanya Reta ya Siriya, kuva mu mwaka w’2012.

Umugwi w’abaharanira agateka ka zina muntu muri Siriya, wari watangaje mu ndwi iheze ko ari hamwe Reta ya Siriya yokwigarurira igisagara ca Masakan Hanano, vyoca biyiha uburenganzira no ku bindi bisagara bitari bike, ahasanzwe haba abatavuga rumwe na Reta.

Rami Abdel Rahman, arongoye Umugwi w’abaharanira agateka ka zina muntu, amenyesha ko ifatwa ry’ico gisagara rituma intara ya Aleppo igabugwamwo imice ibiri, nk’uko tubikesha VOA.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.