IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Siriya : Umukuru w’igihugu yasavye abasirikare ba Amerika gusubira (...)

Siriya : Umukuru w’igihugu yasavye abasirikare ba Amerika gusubira iwabo

vendredi 1er juin 2018

Naho Reta Zunze Ubumwe za Amerika zimaze igihe zifasha imirwi irwanya Reta ya Siriya, mu kiganiro na Russia Today, Bashar Al Assad yavuze ko abanyamerika bakwiye gutaha kuko batsinzwe.

Bashar Al Assad yavuze ko ikibazo gisigaye mu gihugu ciwe ari umurwi SDF uyirwanya, uwo nawo nyene ukaba ushigikiwe kandi ugafashwa n’abasirikare ba Reta Zunze Ubumwe za Amerika.

Haraheze imyaka indwi, igihugu ca Siriya cinjiye mu ntambara, kuva ico gihe Bashar Al Assad yahanganye n’imirwi itandukanye yashaka kumukura ku butegetsi.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.